×

Baranezerewe mubasigaye inyuma kubera ukwicara kwabo inyuma y’intumwa y’Imana, kandi barashavuye mukurwana 9:81 Rundi translation

Quran infoRundiSurah At-Taubah ⮕ (9:81) ayat 81 in Rundi

9:81 Surah At-Taubah ayat 81 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah At-Taubah ayat 81 - التوبَة - Page - Juz 10

﴿فَرِحَ ٱلۡمُخَلَّفُونَ بِمَقۡعَدِهِمۡ خِلَٰفَ رَسُولِ ٱللَّهِ وَكَرِهُوٓاْ أَن يُجَٰهِدُواْ بِأَمۡوَٰلِهِمۡ وَأَنفُسِهِمۡ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ وَقَالُواْ لَا تَنفِرُواْ فِي ٱلۡحَرِّۗ قُلۡ نَارُ جَهَنَّمَ أَشَدُّ حَرّٗاۚ لَّوۡ كَانُواْ يَفۡقَهُونَ ﴾
[التوبَة: 81]

Baranezerewe mubasigaye inyuma kubera ukwicara kwabo inyuma y’intumwa y’Imana, kandi barashavuye mukurwana bakoresheje amatungo yabo n’imitima yabo munzira y’idini ry’Imana, baca bavuga bati:- ntimugende mungwano muri iki gihe c’ubushuhe, babwire bati:- uwo muriro witiriwe Jahannamu urafise ubushuhe gusumba ibindi vyose iyo bobimenya

❮ Previous Next ❯

ترجمة: فرح المخلفون بمقعدهم خلاف رسول الله وكرهوا أن يجاهدوا بأموالهم وأنفسهم في, باللغة الكيروندية

﴿فرح المخلفون بمقعدهم خلاف رسول الله وكرهوا أن يجاهدوا بأموالهم وأنفسهم في﴾ [التوبَة: 81]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek