×

Nubasabire ikigongwe canke ntuna kibasabire, naho wokibasabira ico kigongwe incuro mirongo indwi, 9:80 Rundi translation

Quran infoRundiSurah At-Taubah ⮕ (9:80) ayat 80 in Rundi

9:80 Surah At-Taubah ayat 80 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah At-Taubah ayat 80 - التوبَة - Page - Juz 10

﴿ٱسۡتَغۡفِرۡ لَهُمۡ أَوۡ لَا تَسۡتَغۡفِرۡ لَهُمۡ إِن تَسۡتَغۡفِرۡ لَهُمۡ سَبۡعِينَ مَرَّةٗ فَلَن يَغۡفِرَ ٱللَّهُ لَهُمۡۚ ذَٰلِكَ بِأَنَّهُمۡ كَفَرُواْ بِٱللَّهِ وَرَسُولِهِۦۗ وَٱللَّهُ لَا يَهۡدِي ٱلۡقَوۡمَ ٱلۡفَٰسِقِينَ ﴾
[التوبَة: 80]

Nubasabire ikigongwe canke ntuna kibasabire, naho wokibasabira ico kigongwe incuro mirongo indwi, Imana ntizo kibagirira, ivyo vyose n’ukubera yuko bahakanye Imana yabo y’ukuri hamwe n’intumwa yayo, n’Imana ntirongora abantu basenyura amategeko yayo

❮ Previous Next ❯

ترجمة: استغفر لهم أو لا تستغفر لهم إن تستغفر لهم سبعين مرة فلن, باللغة الكيروندية

﴿استغفر لهم أو لا تستغفر لهم إن تستغفر لهم سبعين مرة فلن﴾ [التوبَة: 80]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek