×

Nihaba umuntu uwariwe wese yahemukiye umutima wiwe, akaba afise ibiri ngaha kw’isi, 10:54 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Yunus ⮕ (10:54) ayat 54 in Rundi

10:54 Surah Yunus ayat 54 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Yunus ayat 54 - يُونس - Page - Juz 11

﴿وَلَوۡ أَنَّ لِكُلِّ نَفۡسٖ ظَلَمَتۡ مَا فِي ٱلۡأَرۡضِ لَٱفۡتَدَتۡ بِهِۦۗ وَأَسَرُّواْ ٱلنَّدَامَةَ لَمَّا رَأَوُاْ ٱلۡعَذَابَۖ وَقُضِيَ بَيۡنَهُم بِٱلۡقِسۡطِ وَهُمۡ لَا يُظۡلَمُونَ ﴾
[يُونس: 54]

Nihaba umuntu uwariwe wese yahemukiye umutima wiwe, akaba afise ibiri ngaha kw’isi, ntankeka yari gutanga ivyo afise vyose kugira ngo yikombore mugihe bazobona ibihano bibashikiye niho bazo kwihangana guhisha aho banyegeza ibibubakiyeko vy’agahinda hanyuma hazocibwa urubanza hagati yabo rw’ukuri kandi nabo ntibazo hemukirwa namba

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ولو أن لكل نفس ظلمت ما في الأرض لافتدت به وأسروا الندامة, باللغة الكيروندية

﴿ولو أن لكل نفس ظلمت ما في الأرض لافتدت به وأسروا الندامة﴾ [يُونس: 54]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek