×

Intumwa zabo zavuze ziti:- mbega muyigirira Imana amakenga, ariyo muremyi w’Amajuru n’Isi, 14:10 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Ibrahim ⮕ (14:10) ayat 10 in Rundi

14:10 Surah Ibrahim ayat 10 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Ibrahim ayat 10 - إبراهِيم - Page - Juz 13

﴿۞ قَالَتۡ رُسُلُهُمۡ أَفِي ٱللَّهِ شَكّٞ فَاطِرِ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِۖ يَدۡعُوكُمۡ لِيَغۡفِرَ لَكُم مِّن ذُنُوبِكُمۡ وَيُؤَخِّرَكُمۡ إِلَىٰٓ أَجَلٖ مُّسَمّٗىۚ قَالُوٓاْ إِنۡ أَنتُمۡ إِلَّا بَشَرٞ مِّثۡلُنَا تُرِيدُونَ أَن تَصُدُّونَا عَمَّا كَانَ يَعۡبُدُ ءَابَآؤُنَا فَأۡتُونَا بِسُلۡطَٰنٖ مُّبِينٖ ﴾
[إبراهِيم: 10]

Intumwa zabo zavuze ziti:- mbega muyigirira Imana amakenga, ariyo muremyi w’Amajuru n’Isi, niyo ibahamagarira kugira ngo ibagirire ikigongwe kubera ibicumuro vyanyu, kandi ibahe ikiringo kugeza kugihe cagenewe, nabo bishura bati:- ntimwari kuba mwebwe atari uko muri abantu nkatwe, mushaka yuko mutuzitirira nivyo abavyeyi bacu bamye basenga, rero nimutuzanire ivyemezo biri k’umugaragaro

❮ Previous Next ❯

ترجمة: قالت رسلهم أفي الله شك فاطر السموات والأرض يدعوكم ليغفر لكم من, باللغة الكيروندية

﴿قالت رسلهم أفي الله شك فاطر السموات والأرض يدعوكم ليغفر لكم من﴾ [إبراهِيم: 10]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek