×

Abahakanye Imana yabo y’ukuri baravuze bati:- uwo musi w’umuhero w’Isi twebwe ntuzo 34:3 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Saba’ ⮕ (34:3) ayat 3 in Rundi

34:3 Surah Saba’ ayat 3 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Saba’ ayat 3 - سَبإ - Page - Juz 22

﴿وَقَالَ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ لَا تَأۡتِينَا ٱلسَّاعَةُۖ قُلۡ بَلَىٰ وَرَبِّي لَتَأۡتِيَنَّكُمۡ عَٰلِمِ ٱلۡغَيۡبِۖ لَا يَعۡزُبُ عَنۡهُ مِثۡقَالُ ذَرَّةٖ فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَلَا فِي ٱلۡأَرۡضِ وَلَآ أَصۡغَرُ مِن ذَٰلِكَ وَلَآ أَكۡبَرُ إِلَّا فِي كِتَٰبٖ مُّبِينٖ ﴾
[سَبإ: 3]

Abahakanye Imana yabo y’ukuri baravuze bati:- uwo musi w’umuhero w’Isi twebwe ntuzo dushikira, wewe nuvuge uti:- nukubera iki? K’ukuri k’Umuremyi wanje ntankeka uwo musi uzobashikira kuwufise ubumenyi bw’amabanga yose ntakizo kwinyegeza n’ikintu nakimwe naho coba gifise uburemere bw’akanyegeri kari mw’Ijuru canke kw’Isi canke ikintu gitoyi gisumba ico canke kininiya gusumba ico, nuko vyose biri mugitabu kibitomora neza kandi kiri k’umugaragaro

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وقال الذين كفروا لا تأتينا الساعة قل بلى وربي لتأتينكم عالم الغيب, باللغة الكيروندية

﴿وقال الذين كفروا لا تأتينا الساعة قل بلى وربي لتأتينكم عالم الغيب﴾ [سَبإ: 3]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek