×

Bamwe bishwe n’Abamarayika mugihe bahemukiye imitima yabo, bazobwirwa bati:- mbega mwari mumerewe gute? Nabo bazobishura bati:- ntabushobozi twari 4:97 Rundi translation

Quran infoRundiSurah An-Nisa’ ⮕ (4:97) ayat 97 in Rundi

4:97 Surah An-Nisa’ ayat 97 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah An-Nisa’ ayat 97 - النِّسَاء - Page - Juz 5

﴿إِنَّ ٱلَّذِينَ تَوَفَّىٰهُمُ ٱلۡمَلَٰٓئِكَةُ ظَالِمِيٓ أَنفُسِهِمۡ قَالُواْ فِيمَ كُنتُمۡۖ قَالُواْ كُنَّا مُسۡتَضۡعَفِينَ فِي ٱلۡأَرۡضِۚ قَالُوٓاْ أَلَمۡ تَكُنۡ أَرۡضُ ٱللَّهِ وَٰسِعَةٗ فَتُهَاجِرُواْ فِيهَاۚ فَأُوْلَٰٓئِكَ مَأۡوَىٰهُمۡ جَهَنَّمُۖ وَسَآءَتۡ مَصِيرًا ﴾
[النِّسَاء: 97]

Bamwe bishwe n’Abamarayika mugihe bahemukiye imitima yabo, bazobwirwa bati:- mbega mwari mumerewe gute? Nabo bazobishura bati:- ntabushobozi twari dufise kuri iyi Si, nabo bazovuga bati:- none Isi y’Imana ntiyari yagutse kugira ngo mwimukire muriyo, rero abo ubwicaro bwabo nubwo mumuriro udahera, nayo n’ingaruka mbi cane

❮ Previous Next ❯

ترجمة: إن الذين توفاهم الملائكة ظالمي أنفسهم قالوا فيم كنتم قالوا كنا مستضعفين, باللغة الكيروندية

﴿إن الذين توفاهم الملائكة ظالمي أنفسهم قالوا فيم كنتم قالوا كنا مستضعفين﴾ [النِّسَاء: 97]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek