﴿وَلَقَدۡ ءَاتَيۡنَا مُوسَى ٱلۡكِتَٰبَ فَٱخۡتُلِفَ فِيهِۚ وَلَوۡلَا كَلِمَةٞ سَبَقَتۡ مِن رَّبِّكَ لَقُضِيَ بَيۡنَهُمۡۚ وَإِنَّهُمۡ لَفِي شَكّٖ مِّنۡهُ مُرِيبٖ ﴾
[فُصِّلَت: 45]
Mu vy’ukuri twarahaye intumwa y’Imana Mussa (iii) igitabu c’Imana mugabo haciye haba uku tumvikana kwaco nayo iyo hataba imvugo yatangujwe ivuye ku Muremyi wawe yuko urwo rubanza ari urubanza rwo mw’Ijuru, bari kuruciribwa ubu vuba na bwango, kandi nabo barafise amakenga abashira mwo impungenge y’ibi vyose vyazananye n’intumwa y’Imana Muhammadi (aui)
ترجمة: ولقد آتينا موسى الكتاب فاختلف فيه ولولا كلمة سبقت من ربك لقضي, باللغة الكيروندية
﴿ولقد آتينا موسى الكتاب فاختلف فيه ولولا كلمة سبقت من ربك لقضي﴾ [فُصِّلَت: 45]