القرآن باللغة الكيروندية - سورة التكاثر مترجمة إلى اللغة الكيروندية، Surah Takathur in Rundi. نوفر ترجمة دقيقة سورة التكاثر باللغة الكيروندية - Rundi, الآيات 8 - رقم السورة 102 - الصفحة 600.

| أَلْهَاكُمُ التَّكَاثُرُ (1) Mwasamaye mukurondera ubwinshi bw’amatungo menshi n’ibibondo hamwe n’ukwihayagiza kurivyo |
| حَتَّىٰ زُرْتُمُ الْمَقَابِرَ (2) Kugeza aho mugendera intatemwa z’abantu |
| كَلَّا سَوْفَ تَعْلَمُونَ (3) Suko! Ubu vuba muzo menya yuko atarivyo |
| ثُمَّ كَلَّا سَوْفَ تَعْلَمُونَ (4) Kandi suko! Ubu vuba muzo menya yuko atarivyo |
| كَلَّا لَوْ تَعْلَمُونَ عِلْمَ الْيَقِينِ (5) Suko! Iyo mwoba mufise ubumenyi bw’ukuri |
| لَتَرَوُنَّ الْجَحِيمَ (6) Mu vy’ukuri muzobona umuriro udahera |
| ثُمَّ لَتَرَوُنَّهَا عَيْنَ الْيَقِينِ (7) Hanyuma, mu vy’ukuri muzo wubona uwo muriro bimwe vy’ukuri |
| ثُمَّ لَتُسْأَلُنَّ يَوْمَئِذٍ عَنِ النَّعِيمِ (8) Hanyuma, mu vy’ukuri muzo bazwa kuri uwo musi kubijanye n’imigisha mwahawe, n’ingene mwayikoresheje |