القرآن باللغة الكيروندية - سورة الزلزلة مترجمة إلى اللغة الكيروندية، Surah Zalzalah in Rundi. نوفر ترجمة دقيقة سورة الزلزلة باللغة الكيروندية - Rundi, الآيات 8 - رقم السورة 99 - الصفحة 599.

| إِذَا زُلْزِلَتِ الْأَرْضُ زِلْزَالَهَا (1) Mugihe Isi izo nyiganzwa inyigangizo rininiya cane | 
| وَأَخْرَجَتِ الْأَرْضُ أَثْقَالَهَا (2) N’igihe izosohora ibiyiremereye kuriyo vyose | 
| وَقَالَ الْإِنسَانُ مَا لَهَا (3) N’umuntu yaravuze ati:- mbega uno musi kuri iy’Isi hari iki | 
| يَوْمَئِذٍ تُحَدِّثُ أَخْبَارَهَا (4) Kuri uwo musi Isi izo sesangura inkuru zayo zose | 
| بِأَنَّ رَبَّكَ أَوْحَىٰ لَهَا (5) Kuko Umuremyi wayo yayitegetse kugira gutyo | 
| يَوْمَئِذٍ يَصْدُرُ النَّاسُ أَشْتَاتًا لِّيُرَوْا أَعْمَالَهُمْ (6) Kuri uwo musi abantu bazova muntatemwa zabo bari imigwi n’iyindi, kugira ngo berekwe ibikorwa vyabo bagize | 
| فَمَن يَعْمَلْ مِثْقَالَ ذَرَّةٍ خَيْرًا يَرَهُ (7) Rero uwagize ivyiza naho vyoba bingana n’uburemere bw’akanyegeri azobona impembo yavyo | 
| وَمَن يَعْمَلْ مِثْقَالَ ذَرَّةٍ شَرًّا يَرَهُ (8) N’uwagize amabi naho yoba angana n’uburemere bw’akanyegeri azobona impembo yavyo |