| إِذَا الشَّمْسُ كُوِّرَتْ (1) Igihe izuba rizo zingwa zingwa
 | 
| وَإِذَا النُّجُومُ انكَدَرَتْ (2) N’Inyenyeri nazo mugihe zizo hunguruka
 | 
| وَإِذَا الْجِبَالُ سُيِّرَتْ (3) N’Imisozi nayo mugihe izo gendeshwa
 | 
| وَإِذَا الْعِشَارُ عُطِّلَتْ (4) N’Ingamiya ziri mumezi yazo mugihe zizo tabwa
 | 
| وَإِذَا الْوُحُوشُ حُشِرَتْ (5) N’Ibikoko vyo mw’ishamba mugihe bizo kwegeranywa
 | 
| وَإِذَا الْبِحَارُ سُجِّرَتْ (6) N’ibiyaga navyo mugihe bizoturirwa
 | 
| وَإِذَا النُّفُوسُ زُوِّجَتْ (7) N’Imitima y’abantu nayo mugihe izoteranywa n’imibiri yavyo
 | 
| وَإِذَا الْمَوْءُودَةُ سُئِلَتْ (8) N’umwana w’umwigeme yahambwe akiri muzima mugihe azo bazwa
 | 
| بِأَيِّ ذَنبٍ قُتِلَتْ (9) Kucaha nyabaki yatumwe agandagurwa
 | 
| وَإِذَا الصُّحُفُ نُشِرَتْ (10) N’ibitabu vy’ibikorwa vy’abantu mugihe bizokwizwa ku bantu bose
 | 
| وَإِذَا السَّمَاءُ كُشِطَتْ (11) N’ifukisho ry’Ijuru mugihe rizo fukurwa
 | 
| وَإِذَا الْجَحِيمُ سُعِّرَتْ (12) N’Umuriro udahera witiriwe Jahannamu mugihe uzo huherwa
 | 
| وَإِذَا الْجَنَّةُ أُزْلِفَتْ (13) N’Ijuru igihe rizo kwegerezwa
 | 
| عَلِمَتْ نَفْسٌ مَّا أَحْضَرَتْ (14) Umutima w’umumwe wese uzo menya ico washikirije
 | 
| فَلَا أُقْسِمُ بِالْخُنَّسِ (15) Rero ndarahiye kunyenyeri zisubira inyuma
 | 
| الْجَوَارِ الْكُنَّسِ (16) Zigenda hanyuma zika zimangana
 | 
| وَاللَّيْلِ إِذَا عَسْعَسَ (17) No kw’Ijoro mugihe ryinjiye
 | 
| وَالصُّبْحِ إِذَا تَنَفَّسَ (18) No mugitondo mugihe hakeye
 | 
| إِنَّهُ لَقَوْلُ رَسُولٍ كَرِيمٍ (19) Mu	vy’ukuri	iyi	Qur’ani	ntagatifu	n’amajambo	yazananye	n’intumwa y’Imana ntagatifu Jibrilu (iii)
 | 
| ذِي قُوَّةٍ عِندَ ذِي الْعَرْشِ مَكِينٍ (20) Afise inguvu n’icubahiro c’iteka imbere y’Imana
 | 
| مُّطَاعٍ ثَمَّ أَمِينٍ (21) Agamburukirwa iyo mw’Ijuru hanyuma akaba yizigirwa
 | 
| وَمَا صَاحِبُكُم بِمَجْنُونٍ (22) Yuko mugenzi wanyu atari umusazi
 | 
| وَلَقَدْ رَآهُ بِالْأُفُقِ الْمُبِينِ (23) Mu vy’ukuri yaramubonye Umumarayika Jibrilu (iii) kurugero	rw’amaso ruboneka neza
 | 
| وَمَا هُوَ عَلَى الْغَيْبِ بِضَنِينٍ (24) Kandi s’ingumyi w’ibintu bitazwi
 | 
| وَمَا هُوَ بِقَوْلِ شَيْطَانٍ رَّجِيمٍ (25) Kandi aya s’amajambo ya Shetani yirukanywe mumigisha y’Imana
 | 
| فَأَيْنَ تَذْهَبُونَ (26) None muja hehe
 | 
| إِنْ هُوَ إِلَّا ذِكْرٌ لِّلْعَالَمِينَ (27) Ntiyari kuba iyi Qur’ani ntagatifu atari uko ari icibutso ku bantu bose
 | 
| لِمَن شَاءَ مِنكُمْ أَن يَسْتَقِيمَ (28) Uwushaka muri mwebwe gufata inzira igororotse
 | 
| وَمَا تَشَاءُونَ إِلَّا أَن يَشَاءَ اللَّهُ رَبُّ الْعَالَمِينَ (29) Namwe ntimuzo kwemera atari uko Imana Umuremyi w’ibiremwa vyose yabishatse
 |