القرآن باللغة الكيروندية - سورة القارعة مترجمة إلى اللغة الكيروندية، Surah Qariah in Rundi. نوفر ترجمة دقيقة سورة القارعة باللغة الكيروندية - Rundi, الآيات 11 - رقم السورة 101 - الصفحة 600.
الْقَارِعَةُ (1) Ivyago bikubita kumitima y’abantu ariwo muhero w’Isi |
مَا الْقَارِعَةُ (2) Ivyo vyago bikubita kumutima y’abantu n’ibihe |
وَمَا أَدْرَاكَ مَا الْقَارِعَةُ (3) N’ijambo nyabaki rizo kumenyesha yuko ivyo vyago bikubita kumitima y’abantu nivyahe |
يَوْمَ يَكُونُ النَّاسُ كَالْفَرَاشِ الْمَبْثُوثِ (4) N’umusi waho abantu bazoba nk’abana b’inzige bashwabagiye hose |
وَتَكُونُ الْجِبَالُ كَالْعِهْنِ الْمَنفُوشِ (5) N’imisozi izoba nk’isufi zasanzajwe zitumukira hejuru |
فَأَمَّا مَن ثَقُلَتْ مَوَازِينُهُ (6) Rero uwo k’umunzani wiwe uzoba uremereye |
فَهُوَ فِي عِيشَةٍ رَّاضِيَةٍ (7) Uyo muntu azoba ari mubuzima bumubereye |
وَأَمَّا مَنْ خَفَّتْ مَوَازِينُهُ (8) Uwuzoba afise k’umunzani wiwe uhoya hoya |
فَأُمُّهُ هَاوِيَةٌ (9) Uyo muntu ubwicaro bwiwe buzoba ari ubwo mumuriro udahera witiriwe Hawiyat |
وَمَا أَدْرَاكَ مَا هِيَهْ (10) None n’ijambo nyabaki rizo kumenyesha uwo muriro witiriwe Hawiyat |
نَارٌ حَامِيَةٌ (11) N’umucanwa waka cane |